Zimbabwe yabeshyuje ihirikwa ry’ubutegetsi ’Coup d’Etat’

Abategetsi bakomeye mu bashinzwe umutekano muri Zimbabwe babeshyuje ibihuha bivuga ko hari abashatse guhirika ubutegetsi.

Ni inyuma y’imyaka ibiri Robert Mugabe akuwe ku butegetsi n;agatsiko kari gashyigikiwe n’igisirikare.

Akanama kadasanzwe k’umutekano kagizwe n’abakuru b’abasirikare n’abaporisi gashinja abanyepolitike batavuga rumwe n’ubutegetsi, abahoze mu mugambwe Zanu-PF gukwirakwiza ayo makuru y’ibihuha.

Abandi batungwa urutoke ni itangazamakuru, abadipolomate b’abanyabulayi n’abayobozi b’amadini.

Ako kanama k’umutekano kavuga ko ivyo bihuha ari uburyo bwo gucafuza ishusho ya perezida, no kubiba ubwoba mu gihugu. Karagabisha ko reta igiye gukora ibishoboka vyose kugira abo yiswe abansi ba demokarasi bashirwe ahagaragara kandi bahagarikwe.


Perezida wa Zimbabwe, Emmerson Mnangagwa

Amakuru yerekeye urupfu rwa Perezida Nkurunziza urayasanga muri iyi Video utapfa gusanga ahandi:





Tanga igitekerezo kuri iyi nkuru



Igitekerezo